Ubwoko bwa Covid-19 buzwi nka Omicron bukwiragira ku murindi munini cane kw'isi, abahinga bakavuga ko ari bwo bwandukira cane gushika ubu. Ariko ubu bwoko bushasha bwa coronavirus busa n'ubwerekana ...